Ntuzavurwa ko ariwe watanze inyishu ziri perereza.  

Uzaronka akaryo ko kwongeraho ibitekerezo byawe nyuma yo kwishura ibibazo bikeya.

Ubwambere, tubarire uwo uri mu majambo make:

Question Title

* 1. Andika inomero z’Akarere (ZIP code) utuyemo:

Question Title

* 2. Ni akahe karere k’amashuri ka JCPS utuyemo

Question Title

* 3. Ufite imyaka ingahe:

Question Title

* 4.  Muri iki gihe woba uri umubyeyi w’umunyeshuri yiga muri JCPS?

Question Title

* 5. Niba ari Oya: Woba uri umubyeyi w’umunyeshuri yahoze yiga muri JCPS?

Question Title

* 6.  Warigeze wiga mu mashuri ya JCPS?

Question Title

* 7. Woba uri umukozi wa JCPS?

Question Title

* 8. Uri mu murwi w’ubuhe bwoko?

Question Title

* 9. Shyira ku rugero ibi bikurikira.

Ibi bibazo 9 bikubaza gushyira kurugero rw’ibanze impamyabushobozi zitandukamye Umuyobozi mwiza w’Uburezi yoba afite. Ushobora guhitamo akarenga rimwe.

  1 - Ntabwo ari ingenzi 2 3 4 5 - Ni kimwe n’ibindi bintu agomba kuba afite 6 7 8 9 10 - ibyingenzi cyaane
Ni uruhe rugero rw’ingenzi Umuyobozi w’Uburezi yoba afite mu gufasha abanyeshuri kuronka intsinzi mu mashuri yo mu mujyi kimwe no mu mashuri yo mu cyaro?
Ni uruhe rugero rw’ingenzi Umuyobozi w’Uburezi yoba afite mu guteza imbere abanyeshuri bafite amanota make?
Ni uruhe rugero rw’ingenzi Umuyobozi w’Uburezi yoba afite mu gushira mu ngiro amategeko ateza imbere ubutandukane bw’abakozi n’abanyeshuri
Ni uruhe rugero rw’ingenzi Umuyobozi w’Uburezi yoba afite mu kwitaho imyifatire y’umunyeshuri mw’isomero.
Ni uruhe rugero rw’ingenzi Umuyobozi w’Uburezi yoba afite ubuvandimwe hanze ya JCPS, nk’icyitegererezo: muri leta, mu batwara akarerere, icyuti zo muri bizinesi no mu miturire?
Ni uruhe rugero rw’ingenzi Umuyobozi w’Uburezi yoba afite mu kugira umugambi wo gutezimbre inyubakwa zo muri JCPS no kuwushira mungiro?

Question Title

* 10. Ni iyihe mpamyabushobozi wizera ko ariyo yigenzi isumba izindi Umuyobozi w’Uburezi yoba afite? (hitamo)

Question Title

* 11. Ni iyihe mimeremere y’ingenzi yoba iri mu Muyobozi utaha w’Uburezi muri JCPS? (Ishura mu rurimi rw’Icyongereza)

Question Title

* 12. Ni izihe ngorane Umuyobozi utaha w’Uburezi azaronka? (Ishura mu rurimi rw’Icyongereza)

Question Title

* 13. Ni ubuhe buryo bwiza Umuyobozi mushasha w’Uburezi muri JCPS azoronka? (Ishura mu rurimi rw’Icyongereza)

Question Title

* 14. Hamwe woba uriko uhitamo umuyobozi w’uburezi, ni ikihe kibazo kimwe wobaza? (Ishura mu rurimi rw’Icyongereza)     

Question Title

* 15. Hari ico ufite wongeraho? (Ishura mu rurimi rw’Icyongereza)

T